Kumbure uramaze kuduhigwa no kwumva abanyepolitike hamwe n'abagwizatunga bihaya ko baryama igihe gito. Ariko ico nkeka utazi ni uko ukubura itiro bibangamira umubiri n'ubwonko. Matthew Walker, umu ...
Belyse Ininahazwe abaye umugore wa mbere agenywe kumenyereza umugwi w'abagabo uri mu cicaro ca mbere mu Burundi no mu karere. Uwo mugore w'imyaka 35 agiye kuba umumenyereza w'umugwi wa Inter Star mu ...